Umwana w'umuhungu muri Amerika yabaye uwa mbere kw'isi gushirwako amaboko mashasha akanashobora gukina neza urukino rwa bezibal. Haheze imyaka ibiri Zion Harvey ubu afise imyaka cumi, ateweko amaboko ...